Messages 10
08/10/2017 15:50
Nibahindura Isakaramentu ry’Ibatisimu bazokura mwo n’indagano zose zijanye no guhakana shetani kuko bazovuga ko beno izo ndagano zataye igihe!
Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa mbere Igenekerezo rya 5 Myandagaro, Umwaka w’i 2013@ 16:05
Mwananje Nkunda Cane, ntihagire...